BAKOBWA JA KWIKWIZA????/Part One
BAKOBWA JA KWIKWIZA????/Part One
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@ornellaizere7555 Says:
Muvyukuri ababikora cpa que biva ku mpuzu umuntu yambay kuko Hari abafata aba ABA maman bakuz,abana bato cnk n'abahungu bagafatwa ku nguvu n'bahungu bagenzi babo ahubwo nivyo muvuz indero nke,kutagira ico wibanga no kudahana bikwiye bituma amabi nkayo yongerekana
@dylladydy3425 Says:
Turakunda ukuntu mugeragez gukoresha ikirundi ciza...keep it up 😉
@etoilengabi6167 Says:
Hello! Abantu bamez uko kenshi uzohura bafise pbm mental..hariho ingwara ijanye nivyo.nkuwufata kunguvu umwana(pedophilie), ibikoko(zoophilie)..nizinshi!pour dire que,nivyo bitwaza kubera kutamenya ko bagendana iyo ngwara.merci
@leilauwimana1036 Says:
Mercii bokuu, ama video yanyu araryoshe, birashisha ingn société, namasengero amwe amwe idiabolisa abakobwa cnk inkumi kubijanye ninyambaro, gushika naho umugore yiyagiriza, ntabe na libre yo kumera uko ashaka...iyi topic mugizeko irakomeye, sinzi k nosaba mukayigirako more videos muhanura mupropoza nama solutions, mukayideveloppa cane muzoba mukoze
@audreyakimana7592 Says:
Malheuresement si abagabo biyumvira uko gusa, hari nabagore nyene biyumvira yuko biva ku nyambaro. Du coup par exemple nka la victime iyo ashaste kuja kubibwira umugore ari dans son entourage kuko aba yibaza ko ariho yoronse umwuntu yo mwumva! icambere bamubaza ni "wagiyeyo urondera iki" "wabirondeye" "ba wikwiza" ect... je pense que c'est super d'aborder ce sujet iwacu! kuko la plupart du temps c'est la victime afatwa nabi kurusha uwamugiriye nabi! Harageze ko ibintu bihinduka!
@MLC2821 Says:
bivana kandi no kwihangana umunt aba afise .. Ahubwo aba ari n inrwara kuko biba bikunaniye gu retena envie et pulsion uba ugize! nibaza abo bant bba barwayee
@BiaMeloOficial Says:
Je ne comprends pas men tugende!!! 😁
@grethairakoze9746 Says:
Sinibaza kinyambaro yotuma umuntu afatwa kungumvu, ego birashoboka cane ko boba babatirimutsa bikanashika bakifuza!muga ntakuvuga ko bofatwa kungumvu kubera inyambaro, oya! Ako nagatima, n'ingeso "mbi"umuntu aba asanganywe.
@ingabirecaria5785 Says:
Je suis d'accord avec vous.gufatwa ku nguvu ntibiva ku nyambaro na gato.ahubwo ku mutima w'ubukoko surtout umuntu aba afise n'indero nke yiwe.
@irishuraannie_christelle633 Says:
Muratesaaa😍♥️

More Vlog Videos