<<@mutembayirealine5935 says : Murabanyakuri ndabakunze>> <<@gloriamutoni5137 says : Harimo ubwenge bwinshi..murakoze>> <<@pascalhabarugira5975 says : None iyo habaye rupture, umwe wese mûri mwebe, yaca abaho gute, nkawewe ko mbona Uri inyambo itagira agahonzi inyagirwa ntijobe, ubwo abandi bagabo ntibaguma bakwirukanga inyuma ??? Inyishu!>> <<@brunemahoro9142 says : >> <<@godsgrace6820 says : Yooo basha je viens de découvrir cette chaîne ariko ntimushobora kwibaza ingene munyigishij. Je suis sûr ko ari Imana indungits kuriyi vidéo.merci merci merci beaucoup>> <<@steffibaranderekanineza460 says : Ça fait plaisir de voir d’autres couples qui partagent kuko nuko mwabisiguye neza on passe souvent mubintu bishaka gusa.>> <<@girumugishaines7098 says : Waouhhhh, merci bcp pour le partage 🙏🏾>> <<@MMSTVBurundi says : Ndakunze intahe yanyu top vyari kuba vyiza beshi bavyumvise>> <<@diellamicheleharerimana9048 says : Thank you for sharing💞💞💞it s really helpd me I need some help from you lisa if can b possible>> <<@bellaigiraneza5463 says : Ndafashijweee......Mrciiii bokuu nukuri>> <<@hervinesindayigya7557 says : Ivyo vyokuvuga ivyabababaje last month is really good..thank you for sharing harivyo nizemwo🤗🤗🤗>> <<@ange-leillakaze4567 says : Wooow😍😍 muraryoshe!!!! Ama love language (anniversaire ya rupture) yanyishe🤣🤣🤣🤣>> <<@carinesignorellikabanga1617 says : Muribezaa>> <<@carinesignorellikabanga1617 says : Ndabakunda cane ndanabakumbuye>> <<@annyniyo1026 says : Wow! Votre histoire me touche énormément. Lisa hari points communs duhuriyeko , nipfuza ko twoganira si possible hari vyinshi numva womfasha.Merci d'avance>> <<@elviskamenge7142 says : Well done! Couple yamateka>> <<@faustineirakoze2348 says : merciii à vous edifiant>> <<@caroleayinkamiye4230 says : 😍👏🏾👏🏾I love it… thanks for sharing that!! What’s the title of the book pliz🙏🏾?>> <<@Thebfchou says : ❤️ I relate so much from you guys it’s crazy 😅 thank you for sharing ❤️>> <<@hakizimanaraissa705 says : WHAOOUU.. muraryoshe caaaaane ukuntu mukuze mur relation yanyu... thks for sharing 💝💝💝💝>> <<@hortenseiradukunda6226 says : Some ❤️❤️ for you guys! Sharing is caring ☺️ thank youuuuuu>> <<@dieudonnebarekensabe5815 says : Lisa Imana ibahezagire mwe na Raoul. Lisa , nakunze ukuntu witwara mu rukundo cane cane tes preuves de maturité.👍👍👍>> <<@tuyishimechelsea7355 says : Well this started with funny breakup stories..and boom💥 twisanze récréation yaheze turiko dufata Ama notes✍️ coz this was very educative💯👏Thank You for sharing❣️>> <<@nduwinkomezi9064 says : Thank you so muuuch guys kuvuga kukintu cokubazanya uko last week ,last month,...mwabanye . It really helps God bless you guys>> <<@nduwinkomezi9064 says : Directrice du annoying 😂🤣🤣🤣I just love you guys>> <<@grethairakoze9746 says : Yes Raoul go to God first,not last>> <<@lunasasagara3364 says : @lisa watanguye kuvugisha ukuri ukirumwana😂😂😂!!basha murakoze kuriyo video mufashije benshii!!!>> <<@grethairakoze9746 says : Ndabakunda uko kuntu😊❤>> <<@chadia3825 says : Le couple mwa mentionyer ni Steffi na Jessy: https://youtu.be/PwvUaCUc6L4>>
VideoPro
>>