<<@marcntwari4012
says :
Nta pardon
>>
<<@marcntwari4012
says :
Ati guharira rekana nabantu
>>
<<@cynthiairakoz1921
says :
Nari ndabakumbuy,ivyo muvuze ni vyo cane iyo uhariye uronka amahoro kandi uronse amahoro n'ibikurikira mu buzima bwaw bigenda neza
>>
<<@grasieglowumurundikazi233
says :
Topic nziza ππΎππΎ asha Lisa ni jw
>>
<<@pamellaruremesha8433
says :
Guharira bifasha ww mbr yuko bifasha uwushavuriy hama hariho nimigisha wibuza kubra uguma ubits umuntu mu mutima ariko iyo umubabariy birakubohora ikindii siminsi yo7 ubabarir umuntu kubra yabihinduts jw numva woharira umuntu pr tn bi1 nijambo ryimana rivuga ngo "utubabarir nkuko natw tubabarira abatugiriy nabi"mrciii kudu partagea sujt iryosh
>>
<<@nsengiyumvaguyremy1684
says :
Super, Yesu abahezagire, guharira muncamake ntibitesa gusa BIRAVYIBUSHA,hhhahh
>>
NEXT VIDEO
>>