<<@ornellaizere7555 says : Ukuri kuzima vmt abarundi ntidukunda ururimi rwacu urakoz cane tubigishe nimigani,imyibutsa nibindi kurya na un Rdais apres 10ans ari hanz aguma avuga ikinyarwanda ciwabo!!>> <<@ericniyo3221 says : Ndabater'intege caane kuko ikirundi ciza cacu gitera gita akanovera,nk'abana bo mubisagara muyaze usanga bagoyagoya mukirundi pe, ahubwo ugasanga bahurumbir'indimi mvamahanga,nazo ni bon,ariko nivyiza ko ikirundi kituber'umushinge>> <<@benidarcyshemeza9155 says : Iy mugerageza iy vidéo mugakoresha amajmbo yikirundi menshi ashoboka>> <<@grasieglowumurundikazi233 says : 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 Dukeneye guha agaciro culture yacu.>> <<@estellamanirakiza9968 says : Muga namwe mwacishijemwo agafaransa🤣🤣🤣🤣>>
VideoPro
>>