<<@ArnaudNiyongabo
says :
Thanks carikiganiro kirimwo inyigisho .
>>
<<@nshimirimanaalice9617
says :
Waaaawww murankozeko Dada et Fifty. Communication nikintu gihambay cane murugo
>>
<<@hortenseiradukunda6226
says :
Thanks for sharing 😘😘
>>
<<@patiencebukuru3166
says :
Merci pour l'enseignement
>>
<<@spesciza9050
says :
Umwaka mwiza
>>
<<@spesciza9050
says :
Umurongozi wanje nari nkumbuye caaane ndakuramukije
>>
<<@clotildebarikore2964
says :
Umwaka mwiza Darlene na Fabrice ntibagiye na Lisa, murakoze cane kunyigisho muduhaye Imana ibahezagire kandi ibakomeze muze mwame mubera akarorero benshi,ico nobongererako kuri ivyo mwavuze, niyo atakubwiye ko uberewe ukaba waruvyiteze, ba uca uraba mood arimwo uwo mwanya soit urabe ko ari busy canke ari gusamara, .Ariko kandi nawe ukigora uga crea climat nziza kuburyo aheza ahindukira akakwihweza agaheza abikubwira plus tard (kuri bose) sinavuze monsieur ou madame.
>>
<<@BeingDuchesse
says :
Uwu mushingantahe Fifty ntazi kuvuga chérie 🤭 Watching you guys is such a joy🫶🏾
>>
<<@user-wz2wh3zx2t
says :
Mubandanye mutubwira nibindii vyishi muranezereye vyose nukurii fifty et Dada mubanye kuryoherwa❤
>>
<<@user-wz2wh3zx2t
says :
Umwaka mwiza ma grande soeure et Lisa Namwe umwaka mwiza
>>
<<@angerubeneirakiza1628
says :
Bonaneeee Merci Pareillement
>>
<<@nancyina5241
says :
Meerci; bonne année namwe 🎉🎉♥️♥️
>>
<<@kfefe1598
says :
Haaa Fifty narinkumbuye ico ki voice
>>
<<@kfefe1598
says :
Umwaka mwiza kuri twese
>>
<<@MLC2821
says :
Bonne anneee lisa et darlene , turi chooo , umwaka tuwutanguy neza n aka video gashushee
>>
<<@yves-davyndizeye-xi2hp
says :
Umwaka mwiza Lisa&Darlene Tv turabakurikirana cane muratwubaka uzubabere umwaka w'amagara,w'ibikorwa n'amata n'ubuki
>>
<<@stephanenkurunziza9882
says :
Merci et bonne année à vous.
>>
NEXT VIDEO
>>