<<@user-wz2wh3zx2t says : Yoo intahe ya Gigi iramfashije cane gose kandi kuvuga intahe ushiramwo ama verse yijambo ry' lmana navyo biradufasha cane Dada nawe lmana iguhezagire cane iyo ntahe iramfashije muturonderere nizindi❤>> <<@Gamefirstquality2 says : https://youtu.be/osg4_rIls9c>> <<@kabirorigynette4341 says : Waaaouh !!! Merci Gigi nanje intahe yawe iranfashije cane. Be Blessed>> <<@nadinemunezero6182 says : Merci pr le témoignage.>> <<@bellaniyubahwe811 says : Waooo merci dada Gigi turagukunda turagushimiye kubwintahe yawe icubahiro kibe ica ndiho ibihe vyose kand igukomeze ukomeze wagukirwa>> <<@lorraineayinkamiye6747 says : Jeho sinigez ndamumenya na n'ubu>> <<@lorraineayinkamiye6747 says : Jeho sinigez ndamumenya na n'ubu>> <<@candidekanyange4276 says : Imana ibahezagire, Ghylaine uri igikoresho gikomeye muri kino gihe>> <<@nshimirimanaalice9617 says : Merciiiiiiii Darlene>> <<@violandikumana says : Merci pour le témoignage mais la femme de ton père s'appelle marâtre et non belle mère. Belle mère ni nyokobukwe>> <<@FIC2014 says : Nsuhuriza Gullaine, umubwire ngo Imana iguhe umugisha, Kandi azabona ubugingo buhoraho.>> <<@rwamashurirwazinambiwe5032 says : Hi>> <<@anatoliesingirankabo7275 says : Murakoze cane ibi biganiro vyanyu vyofasha benshi. Imana ibahezagire Lisa&Dada>> <<@jeanfiacreniyokwizera3384 says : Strong woman Gigi>> <<@christianebukuru6997 says : Très bon témoignages Merci Gigi>> <<@MMSTVBurundi says : Top>> <<@beniecarlette210 says : Gygy❤️💯>> <<@inesineza9351 says : Merci bcp🥰🥰Temoignages zitugira abandi bashasha ...ndafashijwe cane ...>> <<@berthilleakobaseka3960 says : Ooohhh wow... bandanya utera imbere mwiza.>> <<@Pacifique.mboninyibuka says : Ndavuze nti courage bantu>> <<@cherylalyssa5083 says : Ohh une belle vidéo.Merci Gyslaine pour ton beau témoignage.Imana igume iguhezagira avec ta famille et Merci Darléne courage kuri ayo ma vidéo uza uragira>> <<@aymarghislainirakiza428 says : Ndafashijwe>> <<@carmenmugisha9168 says : Mwoduha link yiyo ntahe yambere??>> <<@sarahnitonde4298 says : 🥺❤️❤️>> <<@nzabampemaeddyfranck1760 says : Boooon mbae uwambere to comment😍😍😍🥰🤩good job Lysa&Dada,very inspiring 👏 👍 🙌 💪>>
VideoPro
>>