Nkivyara sinakunda umwana ???? nagize agahinda k'Umuvyeyi!!

Nkivyara sinakunda umwana ???? nagize agahinda k'Umuvyeyi!!

????

#lalidarfamily #dada #liza #sirenvibtv #isimbitv

Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@inampayanoevelyne9121 Says:
Nishavu ryinshi no kwidoga gose, bagaca babura appeti
@inampayanoevelyne9121 Says:
Abavyeyi bahejeje kuvyara baragira depression nuko abarundikazi tutabizi, benshi bakunda kurira batazi ico bivuye ko
@umutesidiane8278 Says:
Iyi video inyibukishe byinshi pe, Imana ishimwe kutugira ababyeyi gusa ntibiba byoroshye na gato
@nancyina5241 Says:
Aaawwn, ikiganiro kiryoshe nukurii. Mwakoze, et merci caane vrmt ku mutumire: nahigiye vyinshi. Muhezagirwe, we love you.
@iradukundamerveille2886 Says:
Part 2💃💃
@wivetv7867 Says:
Good love from wive tv
@arsenedusabe8854 Says:
Mwoduh numéro zumutumire kubomukenera professionnellement...
@estherininahazwe7759 Says:
Nina uvuz ukuri, nibareke abantu babeho
@godsgrace6820 Says:
Iyo sujet ya ma responsabilités murugo nayo muzoyigireko ikiganiro 😂
@godsgrace6820 Says:
Ntakuntu iyo sensibilisation yoshika partout!!!!!!
@Ishimwe0212 Says:
Murakoze kukiganiro perso camfashije womenga nticohera mercii beaucoup❤️
@christianebukuru6997 Says:
Umwana si ukunoba sha
@kikikiki579 Says:
😭😭😭😭ubwo bubabare bwose bigahera bakugiriye cesarienne🥹 sha sorry cane
@ishimwe5914 Says:
Yioooo Manaa iyi histoire inyibukije vyinshiiii navyaye!! Ngo ntaguterura umwana ngo aca amenyera intoke ngo murekere hasi...urumva nta calins kumwana wawe wavyaye watway inda amezi 9 ivyo bintu vyaranyononye caaaaaneeee...nukuri merci kubivugaaa❤️❤️❤️
@milithiakanyamuneza5307 Says:
Nina
@lindaleilairakoze661 Says:
Très intéressant le sujet,merci bcp
@dianenijimbere2958 Says:
Ndabakunze abarundi twikebuke utugambo tubi kumuvyeyi sivyiza ❤
@dioladiola263 Says:
At least hariho uwubahutse kubivuga a haute voix reka abarundi tureke kubashana depression post partum iriho
@hortenseiradukunda6226 Says:
L'invitée 🤌🥰🥰 i didn't want this to end🥲 #LiDar keep it up Ladies, i took some notes✍️😇
@nellykanyamuneza2443 Says:
Ndumiw nabavyeyi nkabo ningene konsa biryoshe,
@claudiankonji2719 Says:
quoi dire???🥰iki kiganiro yoba coca kuma tv yose arabwa nabarundi kikaba na traduit mu ndimi zose abanyafrika cane cane bakacumviriza merci kuwo mwatumiye namwebwe Lisa&Darlène
@deborahmugisha6863 Says:
Mrci 🥺cane
@melmuhi9145 Says:
Ikiganiro ciza cane keep it up ladies ... ariko sinzi ko nihenze ndunva Background music ni choix yanyu ni channel yanyu ariko iri annoying some how to focus and listen to you ladies. Just an opinion
@oseendayi5046 Says:
❤❤❤❤❤❤
@Godsfave Says:
This was really interesting,Mwakoze cane umutumire yadufashije, we learned and unlearned many things!!
@ck8137 Says:
👌🏾Ikiganiro ciiiza cane.Mwakoze. Thanks for sharing Nina.Twize vyinshi amakosa dukora kubera normalisation ya language itabereye
@charleneirakoze817 Says:
Keep it up ladies 🥰 u gained a subbie
@ornellasayumwe2822 Says:
nina😍😘😘
@annyscheillaineza9935 Says:
🙏🏽🙏🏽Thank you for sharing😍😍
@giselen3118 Says:
Keep it up, ibiganiro vyanyu biraryoshe

More Vlog Videos