'KUBANA N'IGIKOMERE CO KUBURA UMWANA'
'KUBANA N'IGIKOMERE CO KUBURA UMWANA'
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@glorioseniyonzima4449 Says:
Imana yo mwijuru nyen'amahoro nibakomez kandi izobahaze ku bijany n'uruvyaro,izobah abahungu n'abakobwa,natwe mudusabire
@Annicknicky-f2g Says:
Oooh IMANA izobaha amahasa mukomere beza murabntu beza
@IdakeysIrankunda Says:
🫂Mpore Bavyeyi kubona muje kubivuga mutarasubira kuronka uwundi Mwana nukuri Muri courageux 🥹Imana izobahe abandi bana benshi Nico ndabifurije🙏
@johnbitati4680 Says:
Ni mwizere mukomeze urukundo rwanyu kandi mukunde imana ishoboye byose imana izabasubiza mwihangane murakoze
@MMSTVBurundi Says:
wow ikganiro ciza hama ndabona channel igeze kure courage
@Today.now.01 Says:
Ivyo bihe twabibayemwo haheze imyaka 12, umuganga yatubwiye ko umwana atariho nshikanye valise y'impuzu z'umwana kuri hôpital. Ariko Imana yaradushumbushije munyuma ubu dufise abandi bana.Ni souvenir inoubliable surtout ari kumwana wa mbere.
@claudetteirimbere92 Says:
Nn hahez igih kingan gut bibay!?pol sana nukur!!birababaza arik imana izobirura
@claudetteirimbere92 Says:
Carmel yrakuze kwel!!ubu urumugabo uvuga nez kbis!!courage na nounou knd imana nurukundo ntizobaheba izobashumbusha
@ariellakaribwami1307 Says:
J'ai vécu la même situation ,du couragee ,on nous a annoncé la mauvaise nouvelle nkuko nyen ,Imana izotwirura
@ariellakaribwami1307 Says:
Mpore mpore courage ,Imana izobirure di
@tiumuganwakazi7166 Says:
IMANA igume ibakomeza Carmel & Nounou❤❤❤❤ Love you Nounou wanjee
@inesirakoze8605 Says:
❤❤
@galileeyvanrudigi1748 Says:
Oooh non birababaj mais tout concours au bien a tous ceux qui croient en Jésus muhumure Imana vuba irabatangaza caneee ..je connais bien Carmel muri église du bon berger kwa kwizera nyene nazantahe nibuka neza ….gardez toujours la foi mes amis 🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@salembenimana2528 Says:
❤❤❤
@AngeMarieLouangeIninahazwe Says:
Komera bavandimwe uwukeneye numero
@grettakezimana5348 Says:
❤❤❤❤
@akimanajoelle7965 Says:
❤❤ ❤
@ZeusB_R-Nice Says:
❤❤❤
@sandrineineza7574 Says:
❤❤ blessings les Jimberes God is good all the time
@irakozekatia4180 Says:
🫂🫂🫂❤️❤️❤️🙏🙏🙏
@annicknyange7 Says:
Courage vous êtes tellement jeunes. Imana numwizigigwa.
@CoryseMugisha Says:
❤❤❤
@Isale_Tutorials Says:
My fashion tailor nou-nou sha ❤❤❤❤ Imana igume ibajimbere
@LabelleBellaa Says:
Heart on you Papa & Mama kezaa 🫂♥️ vous êtes des vainqueurs 🏅
@ericakaneza7601 Says:
Imana ibirure❤
@MwizeroRaissa Says:
🫂❤
@Funnyvideos43967 Says:
oh nunu ndanezerewekwongera kukubona ndaguheruka kuri saint esprit twariganye ni estimee, hama pole sana Imana niyo iduha ikisubiza kandi ikongera ikaduha, ibakomeze ibahoze amarira
@NYABENDAPascal-s5f Says:
Imana ikomeze kubaba hafi kandi ibarose ikindi kibondo...nanj nuko bavyeyi nugusenga Imana niyo yoguta Ara...
@Angerubèneirakiza Says:
Waouhhh Merci kukiganiro ciza cane vrt Les Jimbere muhezagirwe cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ArielleNgabire Says:
🫂
@INTEYITEKAWilly-Joyeux-pq9mq Says:
Woooow,ikiganiro ca bn
@Christa-Bel-Biva00 Says:
🫂🫂🫂♥️♥️♥️♥️♥️

More Vlog Videos