IGITUMA TWAHEBANYE!!!???? (LISA & RAOUL)
IGITUMA TWAHEBANYE!!!???? (LISA & RAOUL)
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@mutembayirealine5935 Says:
Murabanyakuri ndabakunze
@gloriamutoni5137 Says:
Harimo ubwenge bwinshi..murakoze
@pascalhabarugira5975 Says:
None iyo habaye rupture, umwe wese mûri mwebe, yaca abaho gute, nkawewe ko mbona Uri inyambo itagira agahonzi inyagirwa ntijobe, ubwo abandi bagabo ntibaguma bakwirukanga inyuma ??? Inyishu!
@brunemahoro9142 Says:
@godsgrace6820 Says:
Yooo basha je viens de découvrir cette chaîne ariko ntimushobora kwibaza ingene munyigishij. Je suis sûr ko ari Imana indungits kuriyi vidéo.merci merci merci beaucoup
@steffibaranderekanineza460 Says:
Ça fait plaisir de voir d’autres couples qui partagent kuko nuko mwabisiguye neza on passe souvent mubintu bishaka gusa.
@girumugishaines7098 Says:
Waouhhhh, merci bcp pour le partage 🙏🏾
@MMSTVBurundi Says:
Ndakunze intahe yanyu top vyari kuba vyiza beshi bavyumvise
@diellamicheleharerimana9048 Says:
Thank you for sharing💞💞💞it s really helpd me I need some help from you lisa if can b possible
@bellaigiraneza5463 Says:
Ndafashijweee......Mrciiii bokuu nukuri
@hervinesindayigya7557 Says:
Ivyo vyokuvuga ivyabababaje last month is really good..thank you for sharing harivyo nizemwo🤗🤗🤗
@ange-leillakaze4567 Says:
Wooow😍😍 muraryoshe!!!! Ama love language (anniversaire ya rupture) yanyishe🤣🤣🤣🤣
@carinesignorellikabanga1617 Says:
Muribezaa
@carinesignorellikabanga1617 Says:
Ndabakunda cane ndanabakumbuye
@annyniyo1026 Says:
Wow! Votre histoire me touche énormément. Lisa hari points communs duhuriyeko , nipfuza ko twoganira si possible hari vyinshi numva womfasha.Merci d'avance
@elviskamenge7142 Says:
Well done! Couple yamateka
@faustineirakoze2348 Says:
merciii à vous edifiant
@caroleayinkamiye4230 Says:
😍👏🏾👏🏾I love it… thanks for sharing that!! What’s the title of the book pliz🙏🏾?
@Thebfchou Says:
❤️ I relate so much from you guys it’s crazy 😅 thank you for sharing ❤️
@hakizimanaraissa705 Says:
WHAOOUU.. muraryoshe caaaaane ukuntu mukuze mur relation yanyu... thks for sharing 💝💝💝💝
@hortenseiradukunda6226 Says:
Some ❤️❤️ for you guys! Sharing is caring ☺️ thank youuuuuu
@dieudonnebarekensabe5815 Says:
Lisa Imana ibahezagire mwe na Raoul. Lisa , nakunze ukuntu witwara mu rukundo cane cane tes preuves de maturité.👍👍👍
@tuyishimechelsea7355 Says:
Well this started with funny breakup stories..and boom💥 twisanze récréation yaheze turiko dufata Ama notes✍️ coz this was very educative💯👏Thank You for sharing❣️
@nduwinkomezi9064 Says:
Thank you so muuuch guys kuvuga kukintu cokubazanya uko last week ,last month,...mwabanye . It really helps God bless you guys
@nduwinkomezi9064 Says:
Directrice du annoying 😂🤣🤣🤣I just love you guys
@grethairakoze9746 Says:
Yes Raoul go to God first,not last
@lunasasagara3364 Says:
@lisa watanguye kuvugisha ukuri ukirumwana😂😂😂!!basha murakoze kuriyo video mufashije benshii!!!
@grethairakoze9746 Says:
Ndabakunda uko kuntu😊❤
@chadia3825 Says:
Le couple mwa mentionyer ni Steffi na Jessy: https://youtu.be/PwvUaCUc6L4

More Vlog Videos