Tureke kwitesha agaciro.
Tureke kwitesha agaciro.
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@ornellaizere7555 Says:
Ukuri kuzima vmt abarundi ntidukunda ururimi rwacu urakoz cane tubigishe nimigani,imyibutsa nibindi kurya na un Rdais apres 10ans ari hanz aguma avuga ikinyarwanda ciwabo!!
@ericniyo3221 Says:
Ndabater'intege caane kuko ikirundi ciza cacu gitera gita akanovera,nk'abana bo mubisagara muyaze usanga bagoyagoya mukirundi pe, ahubwo ugasanga bahurumbir'indimi mvamahanga,nazo ni bon,ariko nivyiza ko ikirundi kituber'umushinge
@benidarcyshemeza9155 Says:
Iy mugerageza iy vidéo mugakoresha amajmbo yikirundi menshi ashoboka
@grasieglowumurundikazi233 Says:
🙌🏾🙌🏾🙌🏾 Dukeneye guha agaciro culture yacu.
@estellamanirakiza9968 Says:
Muga namwe mwacishijemwo agafaransa🤣🤣🤣🤣

More Vlog Videos